Home / NEWS / UYU MUZUNGU AKABA AVUGA KOYAKUNZE UBUGARI BWO MU BURUNDI YAVUZE KO:>>|INKURU ZIGEZWEHO SOMA..

UYU MUZUNGU AKABA AVUGA KOYAKUNZE UBUGARI BWO MU BURUNDI YAVUZE KO:>>|INKURU ZIGEZWEHO SOMA..

296838_231678820224691_1557635114_n Narakunze Igihugu  C’ uburundi. guhera kurya zo murico gihugu cuburundi  Nkba nkunze  kurya Ubugari kumukeke nkaba maze imyaka 9 ndaha  muburundi nkaba ndavukiye mu bwongereza  Uyu mukobwa yambaye  ika Ushi yitukura Akaba arumwana wanje. ubu nkaba mperutse kuronka  ubunwe gihugu ngaha muburundi nkaba nkunze kuba ndingaha kuyu muganda  kuko  ndarahakunze  Uburundi  zabuhayagiza  mumakungu.. 559642_287981104635799_98549222_n Uyu nawe akaba hacumaba  Ubugari  ngo atariye ubugari Ntaba  ariye  ubugari ngo niho yiyumva neza mubuzimaa. Uburundi  ramba ucinge imizi uri Ikihugu  unyigishije kurya ubugari no kubuhinyanyura neza gosiiii kugira bushe nicuya kiraza

10,783 total views, 10 views today

About Steven Blaiton

One comment

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

*

x

Check Also

Ufaransa yachangia Euro 250,000 kusaidia wakimbizi Tanzania

Msaada wa fedha kwa wakimbizi unawawezesha kujikwamua kiuchumi Serikali ya Ufaransa imechangia ...

Copy Protected by Chetan's WP-Copyprotect.

Powered by themekiller.com anime4online.com animextoon.com apk4phone.com tengag.com moviekillers.com