Home / Ikirundi

Ikirundi

UYUMUKOBWA YIMUYE UYUMUHUNGU NGO BABANE HAFI NONE BACIYE BAMUTERA IMBANYI UNO MUKOBWA KANDI UYUMUHUNGU YARI YAMUKOYE RABA UKUNTU HABADAYI AMAHERA YAGE. RABA HANO

  uyumukobwa twarakundanye imyaka 4  nditanga  kirakintu yashaka   ndaremera nkakigurana mpaka  mpaka akakironka   kuko twari  yaba muyindi    city kushika  haba ndafata indege  mwigari yaramasaha  cenda9   uyumukobwa  acatangura kumbarira ngo ndimuke ndamwegere   vyaramaze kungora  kuca ndimuka  ubwo nyene  niho ndaca ndabamenyesha  ...

Read More »

GUSHIMIRA UWOMWUBAKANYE: Gushima ni ntahara mu rugo kugira rurame. Ariko rero abagabo n’abagore benshi ntibakibona ivyiza biranga abo bubakanye

Nushimire uwo mwubakanye INGORANE Gushima ni ntahara mu rugo kugira rurame. Ariko rero abagabo n’abagore benshi ntibakibona ivyiza biranga abo bubakanye, icibagiwe co ni ukubashimira. Mu gitabu kimwe (Emotional Infidelity), umuhanuzi umwe mu vy’imibano avuga ko abubakanye benshi bamwitura baba ...

Read More »

BURUNDI:Umuhuza mu biganiro vy’abarundi Benjamin William Mkapa yatanguye imibonano n’aberwa n’ikibazo c’Uburundi.

Mkapa Yatanguye Imibonano i Bujumbura Umuhuza mu biganiro vy’abarundi Benjamin William Mkapa yatanguye kur’uyu wa kane kugiranira imibonano n’aberwa n’ikibazo c’Uburundi. Umunyambanga mukuru w’umugambwe CNDD FDD uri kubutegetsi yatangaje kw’ anejerejwe cane n’ukubona William Mkapa ashitse mu Burundi kwirabira uko ...

Read More »
Copy Protected by Chetan's WP-Copyprotect.

Powered by themekiller.com anime4online.com animextoon.com apk4phone.com tengag.com moviekillers.com